Abafilipi 3:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kuko hariho benshi bariko bigenza nk’abansi b’igiti co kubabarizwako* ca Kristu. Abo bantu nahora nkunda kubavuga, ariko ubu ho ndabavuze ndira.
18 Kuko hariho benshi bariko bigenza nk’abansi b’igiti co kubabarizwako* ca Kristu. Abo bantu nahora nkunda kubavuga, ariko ubu ho ndabavuze ndira.