Abakolosayi 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mwahambanywe na we mw’ibatisimu yiwe+, kandi kubera ubucuti mufitaniye na we mwaranazuranywe+ biciye ku kuba mwizera ibikorwa vy’ububasha Imana ikora, imwe yamuzura mu bapfuye+.
12 Mwahambanywe na we mw’ibatisimu yiwe+, kandi kubera ubucuti mufitaniye na we mwaranazuranywe+ biciye ku kuba mwizera ibikorwa vy’ububasha Imana ikora, imwe yamuzura mu bapfuye+.