Abakolosayi 4:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mubandanye kugendana ubukerebutsi ku bo hanze y’ishengero, mukoresha neza umwanya wanyu*+.