1 Abatesalonika 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Eka kandi ntitwarondeye gushimagizwa* n’abantu, yaba mwebwe canke abandi, naho twari gushobora kubaremera tubasaba vyinshi kubera turi intumwa za Kristu+.
6 Eka kandi ntitwarondeye gushimagizwa* n’abantu, yaba mwebwe canke abandi, naho twari gushobora kubaremera tubasaba vyinshi kubera turi intumwa za Kristu+.