-
1 Abatesalonika 2:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Mugabo igihe twatandukana namwe akanya gato ga bavukanyi (tugatandukana ku maso atari ku mutima), nta ko tutagize ngo tubabone amaso mu yandi, kubera twari tubishashaye cane.
-