1 Abatesalonika 3:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Igihe twari kumwe namwe twahora tubabwira yuko tuzoshikirwa n’amakuba, kandi ni ko vyagenze nk’uko mubizi+.
4 Igihe twari kumwe namwe twahora tubabwira yuko tuzoshikirwa n’amakuba, kandi ni ko vyagenze nk’uko mubizi+.