-
1 Abatesalonika 4:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Kandi vy’ukuri, murakunda abavukanyi bose b’i Masedwane hose. Mugabo turabahimiriza bavukanyi, ngo mugume murushiriza kubigira.
-