2 Abatesalonika 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ntitworeka kwama dushimira Imana ku biberekeye bavukanyi. Ivyo birabereye kubera ko ukwizera kwanyu kuriko kurakura cane, n’urukundo mwese mufitaniye rukaba ruriko rurongerekana+. 2 Abatesalonika Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:3 Umunara w’Inderetsi,15/11/2005, rup. 32
3 Ntitworeka kwama dushimira Imana ku biberekeye bavukanyi. Ivyo birabereye kubera ko ukwizera kwanyu kuriko kurakura cane, n’urukundo mwese mufitaniye rukaba ruriko rurongerekana+.