-
2 Abatesalonika 1:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 igihe azoba aje kugira ngo aninahazwe ku bijanye n’aberanda biwe no kugira ngo kuri uwo musi abizeye bose bamutangarire, kubera ko mwizeye intahe twashinze.
-