2 Abatesalonika 2:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ntihagire uwubazimiza* mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoza hatabanje kuba kwa guheba Imana*+ na wa mugarariji+ agahishurwa, wa mwana wo kuranduka+. 2 Abatesalonika Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:3 Umunara w’Inderetsi,1/6/2015, rup. 14-1515/9/2008, rup. 301/9/2003, rup. 6
3 Ntihagire uwubazimiza* mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoza hatabanje kuba kwa guheba Imana*+ na wa mugarariji+ agahishurwa, wa mwana wo kuranduka+.