1 Timoteyo 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 no kutumviriza inkuru z’ibinyoma+ n’ivyo kurondera amamuko. Ivyo bintu nta kintu c’akamaro bivamwo+, ahubwo bituma abantu bavuga ibintu badafitiye ivyemeza aho kuvuga ibintu bivuye ku Mana bijanye n’ukwizera. 1 Timoteyo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:4 Umunara w’Inderetsi,15/7/2011, rup. 17-18
4 no kutumviriza inkuru z’ibinyoma+ n’ivyo kurondera amamuko. Ivyo bintu nta kintu c’akamaro bivamwo+, ahubwo bituma abantu bavuga ibintu badafitiye ivyemeza aho kuvuga ibintu bivuye ku Mana bijanye n’ukwizera.