2 Timoteyo 1:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ni co gituma kandi nshikirwa n’iyi mibabaro+, ariko ntibintera isoni+. Ndazi uwo nizeye, kandi ndazi ntakeka yuko ashoboye kurinda ico namubikije gushika kuri wa musi+.
12 Ni co gituma kandi nshikirwa n’iyi mibabaro+, ariko ntibintera isoni+. Ndazi uwo nizeye, kandi ndazi ntakeka yuko ashoboye kurinda ico namubikije gushika kuri wa musi+.