Abaheburayo 5:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kandi kubera ubwo bugoyagoye, abwirizwa gushikana amashikanwa y’ibicumuro vyiwe bwite nk’uko ashikana ay’ibicumuro vy’abandi bantu+.
3 Kandi kubera ubwo bugoyagoye, abwirizwa gushikana amashikanwa y’ibicumuro vyiwe bwite nk’uko ashikana ay’ibicumuro vy’abandi bantu+.