Abaheburayo 13:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kuko imivyimba y’ibitungwa bitangwa n’abo bantu ituririrwa inyuma y’ikambi, amaraso yavyo akinjizwa n’umuherezi mukuru ahantu heranda ngo abe ishikanwa ry’igicumuro+.
11 Kuko imivyimba y’ibitungwa bitangwa n’abo bantu ituririrwa inyuma y’ikambi, amaraso yavyo akinjizwa n’umuherezi mukuru ahantu heranda ngo abe ishikanwa ry’igicumuro+.