1 Petero 2:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mwokwihaya iki hamwe mwokubitwa kubera ko mwacumuye yamara mukavyihanganira+? Mugabo nimba mwihanganira imibabaro kubera mukora iciza, ico ni ikintu gishimwa n’Imana+. 1 Petero Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:20 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59
20 Mwokwihaya iki hamwe mwokubitwa kubera ko mwacumuye yamara mukavyihanganira+? Mugabo nimba mwihanganira imibabaro kubera mukora iciza, ico ni ikintu gishimwa n’Imana+.