1 Petero 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugabo uwubabazwa ahorwa kuba ari umukirisu, ntamaramare+, ahubwo nagume aninahaza Imana, yitwa umukirisu.
16 Mugabo uwubabazwa ahorwa kuba ari umukirisu, ntamaramare+, ahubwo nagume aninahaza Imana, yitwa umukirisu.