2 Petero 3:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ndabigize kugira mwibuke amajambo yavuzwe kera* n’abahanuzi beranda, na ya mabwirizwa y’Umukama wacu akaba n’Umukiza yashikirijwe biciye ku ntumwa zanyu. 2 Petero Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:2 Umunara w’Inderetsi,1/1/2003, rup. 9-101/9/1997, rup. 26-27
2 Ndabigize kugira mwibuke amajambo yavuzwe kera* n’abahanuzi beranda, na ya mabwirizwa y’Umukama wacu akaba n’Umukiza yashikirijwe biciye ku ntumwa zanyu.