-
2 Petero 3:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Ko ivyo bintu vyose bibwirizwa gushonga gutyo, nimwiyumvire uko mukwiye kumera. Mukwiye kuba abantu b’ingeso nyeranda kandi bakora ibikorwa vyerekana ko bihebera Imana,
-