2 Petero 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ivyo bintu arabivuga mu makete yiwe yose. Ariko ayo makete arimwo ibintu bimwebimwe bigoye gutegera. Abantu ata co bazi* kandi badashikamye barabigoramika nk’uko bagoramika n’ibindi vyanditswe, bakikwegera agatikizo. 2 Petero Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:16 Umunara w’Inderetsi,15/3/2015, rup. 111/9/1997, rup. 30-31
16 Ivyo bintu arabivuga mu makete yiwe yose. Ariko ayo makete arimwo ibintu bimwebimwe bigoye gutegera. Abantu ata co bazi* kandi badashikamye barabigoramika nk’uko bagoramika n’ibindi vyanditswe, bakikwegera agatikizo.