1 Yohani 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko kandi ndabandikiye ibwirizwa rishasha, iryo ubwiwe yakurikije kandi na mwebwe mukaba muriko murarikurikiza, kuko umwiza uriko urarengana, umuco na wo ukaba wamaze gukayangana+. 1 Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:8 Umunara w’Inderetsi,15/12/2008, rup. 27
8 Ariko kandi ndabandikiye ibwirizwa rishasha, iryo ubwiwe yakurikije kandi na mwebwe mukaba muriko murarikurikiza, kuko umwiza uriko urarengana, umuco na wo ukaba wamaze gukayangana+.