1 Yohani 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ariko uwanka mwenewabo, aba ari mu mwiza kandi agendera mu mwiza+. Ntazi iyo aja+, kuko umwiza wamuhumye amaso.
11 Ariko uwanka mwenewabo, aba ari mu mwiza kandi agendera mu mwiza+. Ntazi iyo aja+, kuko umwiza wamuhumye amaso.