-
2 Yohani 12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Nari mfise ibintu vyinshi nshaka kubabwira, ariko sinshaka kuvyandika nkoresheje urupapuro n’irangi. Ahubwo nizigiye kuza iwanyu, mvugane namwe amaso mu yandi, kugira umunezero wanyu ube uwuzuye.
-