-
Ivyahishuwe 4:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Inyuma y’ivyo, mbona umuryango wuguruye mw’ijuru, kandi ijwi rya mbere numvise rivugana nanje ryari rimeze nk’iry’urumbete. Rimbwira riti: «Duga hano, nkwereke ibintu bitegerezwa kuba.»
-