Ivyahishuwe 8:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubwo nyene uwo mumarayika aca atora ca cotezo, acuzuza umuriro akuye kuri ca gicaniro maze agiterera kw’isi. Haca humvikana imituragaro n’amajwi, haba n’imiravyo+ na nyamugigima. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:5 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 31-32 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 131-132
5 Ubwo nyene uwo mumarayika aca atora ca cotezo, acuzuza umuriro akuye kuri ca gicaniro maze agiterera kw’isi. Haca humvikana imituragaro n’amajwi, haba n’imiravyo+ na nyamugigima.