Ivyahishuwe 10:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Rya jwi numva rivuye mw’ijuru+ ryongera kumbwira riti: «Genda utore urya muzingo uzinguruye uri mu kuboko kw’urya mumarayika ahagaze ku kiyaga no kw’isi+.» Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:8 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 158-160
8 Rya jwi numva rivuye mw’ijuru+ ryongera kumbwira riti: «Genda utore urya muzingo uzinguruye uri mu kuboko kw’urya mumarayika ahagaze ku kiyaga no kw’isi+.»