Ivyahishuwe 17:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Wa mumarayika aca ambwira ati: «Kubera iki utangaye? Ngira ndakubwire akabanga k’uwo mugore+ n’ak’ico gikoko yicayeko gifise imitwe indwi n’amahembe cumi+: Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:7 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 246-247
7 Wa mumarayika aca ambwira ati: «Kubera iki utangaye? Ngira ndakubwire akabanga k’uwo mugore+ n’ak’ico gikoko yicayeko gifise imitwe indwi n’amahembe cumi+: