Ivyahishuwe 17:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kirya gikoko cariho ariko kikaba kitakiriho+, na co nyene ni umwami agira umunani, ariko kiva kuri ba bami indwi kandi kizorandurwa. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:11 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 253-254
11 Kirya gikoko cariho ariko kikaba kitakiriho+, na co nyene ni umwami agira umunani, ariko kiva kuri ba bami indwi kandi kizorandurwa.