Ivyahishuwe 17:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Bazorwana na wa Mwagazi w’intama+, ariko uwo Mwagazi w’intama azobatsinda+, kuko ari Umukama w’abakama n’Umwami w’abami+. Kandi n’abazoba bari kumwe na we bahamagawe, batowe kandi b’abizigirwa, na bo nyene bazotsinda+.» Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:14 Umunara w’Inderetsi,15/7/2015, rup. 1915/6/2012, rup. 181/1/2007, rup. 271/3/1998, rup. 15 ‘Ingo unkurikire’, rup. 23 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 254-256, 276
14 Bazorwana na wa Mwagazi w’intama+, ariko uwo Mwagazi w’intama azobatsinda+, kuko ari Umukama w’abakama n’Umwami w’abami+. Kandi n’abazoba bari kumwe na we bahamagawe, batowe kandi b’abizigirwa, na bo nyene bazotsinda+.»
17:14 Umunara w’Inderetsi,15/7/2015, rup. 1915/6/2012, rup. 181/1/2007, rup. 271/3/1998, rup. 15 ‘Ingo unkurikire’, rup. 23 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 254-256, 276