Ivyahishuwe 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nta n’uwuzosubira kubagurira ibirungo vyitwa kanele*, amome, imibavu, amavuta amota neza, olibani*, umuvinyu, amavuta y’imyelayo*, ifu inoze, ingano, inka, intama, amafarasi, imikogote, abashumba hamwe n’abantu. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:13 Umunara w’Inderetsi,1/1/2009, rup. 23 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 267-268
13 Nta n’uwuzosubira kubagurira ibirungo vyitwa kanele*, amome, imibavu, amavuta amota neza, olibani*, umuvinyu, amavuta y’imyelayo*, ifu inoze, ingano, inka, intama, amafarasi, imikogote, abashumba hamwe n’abantu.