Itanguriro 35:1 Bibiliya y’isi nshasha 35 Inyuma y’ivyo Imana ibwira Yakobo iti: “Haguruka, uduge i Beteli ubeyo+, kandi wubakireyo igicaniro Imana y’ukuri yakubonekeye igihe wariko uhunga Esawu mwene wanyu+.”
35 Inyuma y’ivyo Imana ibwira Yakobo iti: “Haguruka, uduge i Beteli ubeyo+, kandi wubakireyo igicaniro Imana y’ukuri yakubonekeye igihe wariko uhunga Esawu mwene wanyu+.”