Itanguriro 36:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Oholibama na we avyara Yewushi na Yalamu na Kora+. Abo ni bo bene Esawu, abo yavyariwe mu gihugu ca Kanani.
5 Oholibama na we avyara Yewushi na Yalamu na Kora+. Abo ni bo bene Esawu, abo yavyariwe mu gihugu ca Kanani.