Itanguriro 36:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi Timuna+ acika incoreke ya Elifazi, umuhungu wa Esawu. Mu nyuma avyarira Elifazi Amaleki+. Abo ni bo bahungu ba Ada, umugore wa Esawu.
12 Kandi Timuna+ acika incoreke ya Elifazi, umuhungu wa Esawu. Mu nyuma avyarira Elifazi Amaleki+. Abo ni bo bahungu ba Ada, umugore wa Esawu.