Itanguriro 36:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Aba ni bo bene Reyuweli: Nahati na Zera, Shama na Miza+. Abo ni bo bana* ba Basemati+, umugore wa Esawu.
13 Aba ni bo bene Reyuweli: Nahati na Zera, Shama na Miza+. Abo ni bo bana* ba Basemati+, umugore wa Esawu.