Itanguriro 36:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bene Lotani na bo baba Hori na Hemamu; kandi mushiki wa Lotani yari Timuna+.