Itanguriro 36:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Bayali-hanani mwene Akibori apfuye, Hadari atangura kuganza mu kibanza ciwe; kandi igisagara ciwe citwa Pawu, umugore wiwe na we akitwa Mehetabeli umukobwa wa Matiredi, Matiredi umukobwa wa Mezahabu+.
39 Bayali-hanani mwene Akibori apfuye, Hadari atangura kuganza mu kibanza ciwe; kandi igisagara ciwe citwa Pawu, umugore wiwe na we akitwa Mehetabeli umukobwa wa Matiredi, Matiredi umukobwa wa Mezahabu+.