Itanguriro 38:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo Onani yari azi yuko nya ruvyaro rutobaye urwiwe+; igihe rero yaryamana n’umugore wa mwene wabo, yarekurira hasi intanga ziwe kugira ntaronse uruvyaro mwene wabo+.
9 Mugabo Onani yari azi yuko nya ruvyaro rutobaye urwiwe+; igihe rero yaryamana n’umugore wa mwene wabo, yarekurira hasi intanga ziwe kugira ntaronse uruvyaro mwene wabo+.