Itanguriro 38:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yuda abwira rero Tamari umukazana wiwe ati: “Nube mu nzu ya so uri umupfakazi gushika Shela umuhungu wanje akuze+.” Kuko yibwira ati: “Na we nyene yohava apfa nka bene wabo+.” Nuko rero Tamari aragenda, abandanya kuba mu nzu ya se wiwe+.
11 Yuda abwira rero Tamari umukazana wiwe ati: “Nube mu nzu ya so uri umupfakazi gushika Shela umuhungu wanje akuze+.” Kuko yibwira ati: “Na we nyene yohava apfa nka bene wabo+.” Nuko rero Tamari aragenda, abandanya kuba mu nzu ya se wiwe+.