Itanguriro 38:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko akebereza aho ari iruhande y’inzira maze avuga ati: “Ndakwinginze unyemerere ndyamane nawe+.” Kuko atari azi yuko ari umukazana wiwe+. Ariko Tamari avuga ati: “Umpa iki kugira uryamane nanje+?” Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 38:16 Umunara w’Inderetsi,15/1/2004, rup. 30
16 Nuko akebereza aho ari iruhande y’inzira maze avuga ati: “Ndakwinginze unyemerere ndyamane nawe+.” Kuko atari azi yuko ari umukazana wiwe+. Ariko Tamari avuga ati: “Umpa iki kugira uryamane nanje+?”