Itanguriro 38:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yuda abandanya ati: “Ndaguha ingwati nyabaki?” Na we ati: “Impeta y’ikidodo+ yawe n’umugozi wawe n’inkoni iri mu kuboko kwawe.” Nuko arabimuha hanyuma aryamana na we, ku buryo yibungenga bivuye kuri we.
18 Yuda abandanya ati: “Ndaguha ingwati nyabaki?” Na we ati: “Impeta y’ikidodo+ yawe n’umugozi wawe n’inkoni iri mu kuboko kwawe.” Nuko arabimuha hanyuma aryamana na we, ku buryo yibungenga bivuye kuri we.