-
Itanguriro 38:28Bibiliya y’isi nshasha
-
-
28 Vyongeye, igihe yariko aribaruka, umwe aramvura ukuboko kwiwe, maze umwakirizi aca afata akagozi k’agahama akabohera ku kuboko kwiwe, avuga ati: “Uyu ni we asohotse ubwa mbere.”
-