Itanguriro 40:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko atangura kubaza nya bakozi ba Farawo bari kumwe na we mw’ibohero ry’inzu ya shebuja ati: “Kubera iki mwijiriwe mu maso uno musi+?” Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 40:7 Umunara w’Inderetsi,1/2/2015, rup. 12-13
7 Nuko atangura kubaza nya bakozi ba Farawo bari kumwe na we mw’ibohero ry’inzu ya shebuja ati: “Kubera iki mwijiriwe mu maso uno musi+?”