Itanguriro 40:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuri nya muzabibu hari udushami dutatu, kandi wasa n’uwuriko urazana iminago+. Amashurwe yawo arasokoroka. Inzabibu zo ku misoko yawo zirasha.
10 Kuri nya muzabibu hari udushami dutatu, kandi wasa n’uwuriko urazana iminago+. Amashurwe yawo arasokoroka. Inzabibu zo ku misoko yawo zirasha.