Itanguriro 40:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu misi itatu uhereye ubu Farawo azoduza umutwe wawe, agusubize koko mw’ibanga ryawe+; nawe ata gukeka uzoshira igikombe ca Farawo mu kiganza ciwe, nk’uko wahora ubigira igihe wakora igikorwa co kumuhereza ibinyobwa+.
13 Mu misi itatu uhereye ubu Farawo azoduza umutwe wawe, agusubize koko mw’ibanga ryawe+; nawe ata gukeka uzoshira igikombe ca Farawo mu kiganza ciwe, nk’uko wahora ubigira igihe wakora igikorwa co kumuhereza ibinyobwa+.