Itanguriro 40:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 mu gisimbo co hejuru ya vyose hari ubwoko bwose bw’ibiribwa vya Farawo+, ivyakozwe n’uwukora igikorwa co kwotsa, kandi hari ibiguruka+ vyariko bibirya bibikura mu gisimbo hejuru y’umutwe wanje.”
17 mu gisimbo co hejuru ya vyose hari ubwoko bwose bw’ibiribwa vya Farawo+, ivyakozwe n’uwukora igikorwa co kwotsa, kandi hari ibiguruka+ vyariko bibirya bibikura mu gisimbo hejuru y’umutwe wanje.”