Itanguriro 40:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi umusi ugira gatatu wari umusi w’ivuka rya Farawo+, maze atereka inzimano abasuku biwe bose yongera aduza umutwe wa wa mukuru w’abahereza ibinyobwa n’umutwe wa wa mukuru w’abakora igikorwa co kwotsa, hagati mu basuku biwe+. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 40:20 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 44 Umunara w’Inderetsi,1/11/1998, rup. 21
20 Kandi umusi ugira gatatu wari umusi w’ivuka rya Farawo+, maze atereka inzimano abasuku biwe bose yongera aduza umutwe wa wa mukuru w’abahereza ibinyobwa n’umutwe wa wa mukuru w’abakora igikorwa co kwotsa, hagati mu basuku biwe+.