Itanguriro 40:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Asubiza rero uwo mukuru w’abahereza ibinyobwa mu gikorwa ciwe co guhereza ibinyobwa+, abandanya gushira igikombe mu kiganza ca Farawo.
21 Asubiza rero uwo mukuru w’abahereza ibinyobwa mu gikorwa ciwe co guhereza ibinyobwa+, abandanya gushira igikombe mu kiganza ca Farawo.