Itanguriro 41:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kandi nibegeranye ivyo kurya vyose vy’iyo myaka myiza igira ize, bongere barundanye mu bisagara intete zo kurya+, zigabwe na Farawo*, kandi baze bazizigame.
35 Kandi nibegeranye ivyo kurya vyose vy’iyo myaka myiza igira ize, bongere barundanye mu bisagara intete zo kurya+, zigabwe na Farawo*, kandi baze bazizigame.