Itanguriro 41:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Kandi nya kigoyi carabica bigacika kw’isi yose+. Yozefu atangura rero kwugurura ibigega vyose vy’intete vyari muri bo no kuzigurisha ku Banyamisiri+, kuko ikigoyi cari kibangamiye rwose igihugu ca Misiri.
56 Kandi nya kigoyi carabica bigacika kw’isi yose+. Yozefu atangura rero kwugurura ibigega vyose vy’intete vyari muri bo no kuzigurisha ku Banyamisiri+, kuko ikigoyi cari kibangamiye rwose igihugu ca Misiri.