Itanguriro 44:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Natwe tubwira databuja duti: ‘Turafise koko data ashaje n’umwana wo mu busaza bwiwe, umuhererezi+. Mugabo mwene wabo yarapfuye, ku buryo ari we wenyene asigaye kuri nyina+, kandi se wiwe aramukunda cane.’ Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:20 Umunara w’Inderetsi,1/5/2015, rup. 14
20 Natwe tubwira databuja duti: ‘Turafise koko data ashaje n’umwana wo mu busaza bwiwe, umuhererezi+. Mugabo mwene wabo yarapfuye, ku buryo ari we wenyene asigaye kuri nyina+, kandi se wiwe aramukunda cane.’