Itanguriro 47:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko ntihaboneka umukate mu gihugu cose, kuko ikigoyi cari gikaze cane+; igihugu ca Misiri n’igihugu ca Kanani biruhishwa n’ikigoyi+.
13 Nuko ntihaboneka umukate mu gihugu cose, kuko ikigoyi cari gikaze cane+; igihugu ca Misiri n’igihugu ca Kanani biruhishwa n’ikigoyi+.